Niyongere Eliachim
@FlorenceIranku3
Né à Bubanza le 16/7/1994 ,je travaille en communication dépuis 2020, j'aime la lecture,le sport et la culture,je travaille avec le CLAC/CEBULAC depuis 2016 .
You might like
Ce vendredi 17 octobre 2025,le #FlambeauDeLaPaix2025 a été accueilli dans la commune #Bubanza de @Bujaprov2025 où il a illuminé les travaux de pavage de 4 salles de classes à l'école fondamentale Gisovu2 sise en zone Bubanza.#Burundi @intwararumuri @NtareHouse @MininterInfosBi
1/4: #Burundi:Kuri uyu wa 17/10/2025,Urumuri rw'amahoro rwamurikiye ibikorwa vy'iterambere muri @BubanzaCommune2 ,bijanye no gusasa isima mu birasi 4 vy'ishure shingiro rya #Gisovu2 muri Zone ya #Bubanza mu ntara ya @Bujaprov2025 . @intwararumuri @NtareHouse
2/4:Mw'ijambo ryiwe, Musitanteri wa @BubanzaCommune2 , #Jérémie_Simbagoye,arashima utwigoro twa Leta mu gushigikira ibikorwa vy'iterambere,aho ni mugihe umugwi w' @intwararumuri waje witwaje isima warungikanwe n'Umukuru w'Igihugu,akabona ko imbonakazoza bazoyishikako vyoroshe.
3/4 :Mw'ijambo yashikirije,Intumwa ya Buramatari w'Intara ya @Bujaprov2025 ,yashimiye umurwi w'Intwararumuri ku misi bamaze bashigikira ama komine yo muri iyo Ntara mu bikorwa vy'iterambere,agasaba indongozi gufata iyambere mu bikorwa nk'ivyo kugira bashike ku mahangiro y'Igihugu
4/4: #Epipode_Baranyikwa arongoye umugwi w' @intwararumuri , yashikirije ubutumwa bwa Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu c'uburundi , @GeneralNeva ,aho asaba indongozi,kubera urumuri abenegihugu mu bikorwa vy'Iterambere bizoshikana Abarundi kumbonakazoza ya 2040-2060. @Bujaprov2025
1/3 #Burundi :Ce 13 octobre 2025, l'Administrateur de la commune @BubanzaCommune2, #Jérémie_Simbagoye,s’est joint à la population de cette commune lors des cérémonies de commémoration du 64ème anniversaire de l’assassinat du héros de l’indépendance,le prince Louis #Rwagasore.
2/3Dans son discours,l’Administrateur de @BubanzaCommune2 a invité les citoyens qu’il dirige à s’engager dans les coopératives,afin d’honorer l’héritage de Rwagasore.Il les a également encouragés à se fixer des objectifs hebdomadaires de développement.
3/3 Ces cérémonies ont été rehaussées par la présence du député élu dans la province de Bujumbura, Claude Badugaritse. Les activités ont débuté par une messe,suivie du dépôt de gerbes de fleurs au monument dédié à #Rwagasore. @Bujaprov2025 @MininterInfosBi
1/4 #Burundi:Kuri uyu wa 4/10/2025,Umunyamabanga nshingwabikorwa wa @BubanzaCommune2 , #Joachim_Nduwumukama, yifadikanije n'abenegihugu bo muri zone #Mitakataka,mu bikorwa rusangi vyo gusukura ico gisagara no gusibura utubarabara tw'imigenderanire @MininterInfosBi @Bujaprov2025
2/4:Mw'ijambo ryashikirijwe n'Umukuru wa Zone #Mitakataka, #Jérémie_Nsengiyumva,yamenyesheje ko iyo Zone ihanzwe n'ubukene bw'amazi n'amatara,agasaba ko Komine yogira icikoze kuko abenegihugu banwa amazi y'inzuzi, akamenyesha ko abenegihugu nabo bamaze gusohora isuka bari kukivi
3/4:Mw'Ijambo n'impanuro vyashikirijwe n'Umunyamabanga nshingwabikorwa wa @BubanzaCommune2 , #Joachim_Nduwumukama yahumurije aba Nyamitakataka ko ikibazo c'amazi n'amatara Komine iriko iragikurikirana,ariko agasaba ko abenegihugu bose bakunda ibikorwa vy'Iterambere @Bujaprov2025
4/4:Kugira ngo amahangiro yose bashize imbere bayashikeko, Umunyamabanga nshingwabikorwa wa @BubanzaCommune2 ,ahamagarira indongozi zose zatowe,gufata iyambere mu kuja imbere abo barongoye mu bikorwa vy'iterambere, abenegihugu nabo bagasabwa kubagamburukira. @MininterInfosBi
1/4 🇧🇮 Ce 4 octobre 2025, le Secrétaire Exécutif de la @BubanzaCommune2, #Joachim_Nduwumukama,a pris part aux travaux communautaires avec les habitants de la zone #Mitakataka, consistant à assainir la ville et à dégager les voies de communication. @MininterInfosBi @Bujaprov2025
3/4Dans son discours,le Secrétaire Exécutif de @BubanzaCommune2, #Joachim_Nduwumukama,a rassuré les habitants de #Mitakataka que la commune suit de près les problèmes liés à l’eau et à l’éclairage public,tout en appelant chacun à aimer les actions de développement @Bujaprov2025
Umukuru w'igihugu c'Uburundi Nyen.@GeneralNeva ari kumwe n'Umutambukanyi wiwe Nyen.@Burundi1stLady muri Katedrare Regina Mundi, bateye iteka inkuka ya Misa ya yubire y'imyaka 25 Mgr.Banshimiyubusa yatiwe mw'ibanga ry'ubwepiskopi be no kwugurura icese umwaka w'ubutumwa 2025-2026
📚Le 2 octobre 2025,le Président du @Burundi_senat a offert des cahiers aux 208 élèves de l’École Fondamentale BubanzaI (chef-lieu de la commune).Chaque élève a reçu 5 cahiers. 🎙Dans son discours,il a encouragé les élèves à aimer leurs enseignants et à suivre leurs conseils.
#Bujumbura :Ce 2/10/2025, le Président du @Burundi_senat #Gervais_Ndirakobuca a tenu une réunion avec les responsables de la @BubanzaCommune2 et les chefs de zones, pour leur rappeler les principes à suivre dans l’exercice de leurs fonctions. @MininterInfosBi . @Bujaprov2025
Dans son discours, le Président du @Burundi_senat a exhorté à considérer les lois régissant les communes comme un livre sacré, car elles constituent la base de la légalité et de l’organisation du pays. @MininterInfosBi @Bujaprov2025 @BubanzaCommune2
1/3: #Burundi:Kuri uyu wa 27/9/2025,Musitanteri wa @BubanzaCommune2 , #Jérémie_Simbagoye,yifadikanije n'Abenegihugu bo muri Zone #Musigati,mu bikorwa rusangi vy'Iterambere bijanye no gusukura iyo Zone nk'uko biri mu mahangiro yishize imbere. @MininterInfosBi . @KwaNtare .
2: Mw'ijambo yashikirije abaraho, Musitanteri wa @BubanzaCommune2,yemenyesheje ko bafise ihangiro ko iyo Komine itegerezwa kurangwa n'isuku mu mazone yose.Mugihe abarimyi bamaze gusohora isuka,yabibukije ko uwuzohabwa ufumbire ari uwuzoba yerekanye ko yaciye imikobeko.
United States Trends
- 1. #BUNCHITA 1,343 posts
- 2. #SmackDown 43.9K posts
- 3. Tulane 4,094 posts
- 4. Aaron Gordon 3,150 posts
- 5. Giulia 14.2K posts
- 6. Supreme Court 180K posts
- 7. Russ 13.2K posts
- 8. Connor Bedard 2,626 posts
- 9. #TheLastDriveIn 3,449 posts
- 10. #OPLive 2,233 posts
- 11. Podz 2,810 posts
- 12. #TheFutureIsTeal N/A
- 13. Caleb Wilson 5,577 posts
- 14. Frankenstein 74.6K posts
- 15. Northwestern 4,954 posts
- 16. Memphis 15.9K posts
- 17. Scott Frost N/A
- 18. Justice Jackson 5,157 posts
- 19. Rockets 20.2K posts
- 20. Tatis 1,843 posts
You might like
-
Ir NDAYIKEZE Egide Ben White
@ben_egid -
SHAKA LOUIS FABRICE
@shaka_louis -
Ir Ben White NDAYIKEZE Egide
@egide_ndayikeze -
Israël NIYOMWUNGERE
@IsralNIYOMWUNG1 -
thomas itangishaka
@thomasitangish2 -
Hakorinoti Epipode
@Diplomatie3 -
Ndayishimiye Emmanuel
@Ndayish34044961 -
irambona Ferdinand
@irambonaFerdin4 -
Claude Mude
@ClaudeMude -
Abias Ndayishimiye
@AbiasNdayishim4 -
gilbert nininahazwe
@gilbertnininah3 -
pilipili
@fistonicle -
N.Ezechiel
@ezechieln67 -
NIYONIZEYE Isaac
@IsaacNiyonizeye
Something went wrong.
Something went wrong.