Akamuna Ciciria
@Akci97
Luttons pour nos Droits,Combattons l'Esclavagisme inter-pays Africans pour instaurer le Continent Libre et Etat de Droit.
#Sakirimikibi yatanze #umurozi gupfa. Kuva Igihugu c'Uburundii cinjira mu ntwaro z'umuzimiza, hamyeho imigwi 3 y'abarundi: 1. Abari ku butegetsi n'ababubshigikiye: aba kubera gutwara nabi (intwaro mbi) bamye bakoresha inguvu, iterabwoba, amayeri, kudodobereza, ubucamanza,…
Ni inde REDTabara isaba ubufasha? Mu muco wacu w'ikirundi, tuzi ko 1. Ubugabo bwihabwa 2. Uwutera uburezi arabwibanza Iyo umuryango wawe ufise ibibazo ni wewe nyene Serugo, Inarugo, abana muhangana navyo. Iyo mubonye bikomeye cane muratabaza ababanyi bakaza bakabafasha.…
Imborerwa, umusoda w'umucivil .... Umunyabwoba, umubandit, umukunzi w'inda, Kaguru katagororwa,intahanurwa, umwicanyi, ikiburasoni, igihweba.... Ivyo avuga bisigura ico Ari muri we. Ariko intarabona isyera ihaha. Ikibabaje nuko amaze kubona kenshi ikibazo ni "Kuki adahaha?" Bene…
Genda Evariste Ndayishimiye uri umuti w'amenyo kabisa ! N’umwana mutoya arumva neza ko ivyo uvuga ari ubwoba ufise kwa kundi iyo umuntu yaneshejwe mu kumaramara avuga ngo nsanga hano mbanze ndakwereke. Jewe sinzi ko rimwe na rimwe uhora usubiramwo amajambo ushikiriza !…
Nous démentons les déclarations mensongères de l'armée burundaise selon lesquelles nous faisons partie d'une coalition de groupes armés comprenant "les FNL-Nzabampema, AFC/M23, Twirwaneho, ...". RED-Tabara rappelle encore une fois qu'elle ne fait partie d'aucune coalition.
We deny the #Burundi-an army's false claims that we are part of a coalition of armed groups including "the FNL-Nzabampema, AFC/M23, Twirwaneho, ...". RED-Tabara reiterates that it is not part of any coalition.
Intwaro Mbi #umutego aba Président n'Abakuru b'ama Leta ya Afrique bitegera. Intwaro mbi: agahohotero, igiturire kwigungirako ubutunzi bw'igihugu, ka mwana wa Mama, ukudahana, akarenganyo, gufungira abantu ubusa, gukuraho Kirazira, umuco n'akaranga vy'igihugu, kwanka kugirwa…
!!!!!! #Inguvu za #REDTabara. Ni amakosa y'ubutegetsi, ukutamenya canke kwiteza utunyoni. Umutegetsi ntakwiye kubaza ngo:" Kuki abanyagihugu bakoma induru??" Ariko akwiye kwibaza ati :"Ni igiki nakoze gituma abanyagihugu bakoma induru?" Ubutegetsi bwigikenye ni Kwiziba amatwi…
United States Trends
- 1. Merry Christmas Eve 60.5K posts
- 2. Spurs 53.3K posts
- 3. thalia 4,162 posts
- 4. #Pluribus 23.5K posts
- 5. Rockets 25.7K posts
- 6. hudson 154K posts
- 7. UNLV 2,670 posts
- 8. Chet 11.1K posts
- 9. Ime Udoka N/A
- 10. Cooper Flagg 13.3K posts
- 11. Rosetta Stone N/A
- 12. Yellow 60.3K posts
- 13. Skol 1,768 posts
- 14. connor 158K posts
- 15. Zosia 6,413 posts
- 16. #PorVida 1,876 posts
- 17. Kawhi Leonard 1,385 posts
- 18. Mavs 6,567 posts
- 19. #VegasBorn N/A
- 20. #ClipperNation N/A
Something went wrong.
Something went wrong.